BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
RD Congo: Abategetsi babiri bakuru ba sentare ya gisirikare bapfiriye mu mpanuka y'indege - FARDC
Abo basirikare bompi bari bafise uruhara rukomeye mu manza za gisirikare zijanye n'intambara ibandanya mu buseruko bw'igihugu.
Nta honyabwoko ry'abazungu riri muri Afrika y'Epfo, ambasaderi mushasha muri Amerika niko yabwiye BBC
Ambasaderi Roelf Meyer ariyamiriza ivyo Donald Trump avuga ko hari ihonyabwoko ririko rirakorerwa Aba-Afrikaner b'abazungu.
Ni nde yatumye abagore bagira isoni z'ibihimba vyabo vy'ibanga?
Kuva kera cane, iki gice c'umubiri w'umugore camye ari ikimenyetso c'irondoka, ariko uko ibihe vyagiye bigenda, cahavuye gifatwa nk'ikintu giteye ubwoba, giteje isoni kandi umuntu akwiye guhisha.
Amajwi, Imvo n'imvano ku ntwaro ya Demokarasi, Umwanya bimara 59,00
Mu Burundi, mu Rwanda no muri Afrika yose hoba harangwa demokrasi nk'uko yigishijwe mu myaka ya 90?
Umwiraburekazi muri Amerika yatowe amanitswe ku giti, igipolisi kivuga ko yishwe imbere yo kumanikwa
Ikiziga ca Tasia Fortune catowe kimanitswe ku giti ku muhana utakibamwo abantu ahitwa Jackson mu kwezi guheze kwa Myandagaro (8).
Burundi : Banki Nkuru ivuga ko yibwe ama euro arenga ibihumbi 814
BRB yabwiye BBC ko ubwo busuma bwakozwe hakoreshejwe ubuhinga bwo kwinjira mu buryo bwa mudasobwa ata ruhusha, buzwi nka cyberattaque
AFC/M23 yemeye ko ubutare buca mu Rwanda ariko ivuga ko buhaca burengana
Umuvugizi wa AFC/M23, Oscar Balinda, avuga ko inzahabu na coltan bicukurwa mu buseruko bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo bica mu Rwanda ariko ko bihaca gusa biriko birajanwa ku masoko yo hanze.
Uburyo amabere manini ashobora kugira ingaruka ku buzima bwawe
Amabere manini yakunze kugaragara ko atera ibibabo nk'ububabare bw'umugongo budakira, kuribwa umutwe, imiterere mibi, kugira ibinya n'ibibazo byo gusinzira, ndetse n'ibibazo by'ubuzima bwo mu mutwe.
Trump yakiriye Xi n’iteka ridasanzwe mu rugendo arimwo muri Amerika
Perezida wa Amerika, Donald Trump, yakiriye mugenzi we w’Ubushinwa, Xi Jinping, ku kibuga ca gisirikare ca Joint Base Andrews, muri leta ya Maryland, mu ntango z’urugendo rwiwe rw’imisi itatu.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
U Rwanda n'Ububiligi byatangaje ko bisubijeho umubano wa dipolomasi
U Rwanda n'Ububiligi – bwahoze burukoloniza – byari byacanye umubano mu mwaka ushize ku mpamvu zifitanye isano n'intambara yo mu burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo.
Umuganga yarengukishijwe imbere ya sentare yo mu Bwongereza ku vyaha vya jenoside yo mu Rwanda
Dr Vincent Brownyarengukishijwe inyuma y'amatohoza yari amaze imyaka indwi akorwa n'Ubwongereza ku bwicanyi bwo mu 1994.
Umuntu wa mbere wo mu Bwongereza yarezwe jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994
Dr Vincent Brown, wahoze yitwa Dr Vincent Bajinya, w'imyaka 65, aragezwa mu rukiko rw'ibanze rwa Westminster Magistrates’ Court i London kuri uyu wa kabiri, aregwa ibyaha birindwi.
Impaka zikomeye mu rubanza rwa Victoire Ingabire ku busabe bwo kuburanira mu muhezo
Ingabire akurikiranyweho ibyaha 7 birimo kurema umutwe w'abagizi ba nabi no gushaka guhirika ubutegetsi, ibyaha we ahakana.
Michelle Bachelet yikuye mu guhatanira kuba umukuru wa ONU
Uyu wahoze ari Perezida wa Chili akuyemo kandidatire ye nyuma y'ibyumweru itora ryo gupima uko abakandida bahagaze rimushyize ku mwanya ubanziriza uwa nyuma.
RD Congo: Mutamba wabaye Minisitiri w'ubutabera yakatiwe imyaka 10 y'imirimo y'agahato kubera kunyereza imari ya leta
Mutamba, utarigeze yitabira amaburanisha, yavuze ko urwo rubanza ari igikorwa gishingiye ku mpamvu za politike cyakozwe n'abatavuga rumwe na we.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango



